Urugendo rw’ubuzima n’umugambi udaharanira inyungu kw’isi yose uhimiriza abantu kurangura imigambi ijanye no gukomeza amagara y’abantu, ivyerekeye infungurwa , amazi meza, amasoko ntanganguvu abereye, ubumenyi n’akazi.

Twidondorane

Ibitabu

Umugambi wacu ugizwe n’intumbero zitandukanye kandi zisenyera ku mugozi umwe.Igice ca mbere “Ubuzima kuri boseku buntu“. n’umugambi ufise intumbero yokurandurana n’imiziindwara biciyemuburyo bw’ubushakashatsi n’ubumenyi.

Umurima kijambere